Mwibaza iki ku mugani uvuga ati: "Ubutandukane bwacu nibwo butunzi bwacu"?
#stopinfox
#stophatespeech
Latest posts tagged with #StopInfox on Bluesky
Mwibaza iki ku mugani uvuga ati: "Ubutandukane bwacu nibwo butunzi bwacu"?
#stopinfox
#stophatespeech
Qu'en pensez-vous à l'adage qui dit: " La diversité est une richesse"?
#stopinfox
#stophatespeech
Kubera iki ikibano ciza ari nkenerwa ku mahoro arama cane cane aha mu karere k'ibiyaga binini?
#stopinfox
#stophatespeech
Pourquoi la cohabitation sociale est une nécessité pour une paix durable entre les communautés dans la sous-région des Grands Lacs?
#stopinfox
#stophatespeech
Murabira kuki kugira mwizere ko amakuru musomye ari ay'ukuri?
#stopinfox
#stophatespeech
Que considerez-vous pour faire confiance à une information?
#stopinfox
#stophatespeech
Comment pensez-vous que la culture peut contribuer à la consolidation de la paix dans la sous-région des Grands-Lacs?
#stopinfox
#stophatespeech
Ni gute mwibaza ko imico n'imigenzo vyoterera mu gutsimbataza amahoro mu karere k'ibiyaga bigari?
#stopinfox
#stophatespeech
Il y a l'adage qui dit " la diversité fait l'harmonie" Qu'en pensez-vous dans le contexte actuel de la région des Grands Lacs.
#stopinfox
#stophatespeech
Hari umugani uvuga ati " ubutandukane bwacu nibwo butunzi bwacu" muwiyumvirako iki muri iki gihe turi mu karere karimwo imishamirano n'uruja n'uruuza rw'abantu
#stopinfox
#stophatespeech
Pourquoi, nous, en tant que jeunes sommes appelés à développer un esprit critique, positif sur les informations publiées sur les masses media dans un contexte complexe dans la sous-régions des Grands Lacs.
#stopinfox
#stophatespeech
Kubera iki, twebwe, nk'urwaruka duhamagariwe kugira ingendo yo gushishoza ku makuru yose turonse aciye mu binyamakuru canke ku mbuga hwaniro?
#stopinfox
#stophatespeech
Ni kuki urwaruka rutegerezwa kurwanya amajambo y’inzankano akwiragizwa mu binyamakuru no kumbuga hwaniro ?
#StopInfox
#StopHateSpeech
Pourquoi en tant que jeunes nous ne devons pas croire à n’importe quelle information véhiculée dans les réseaux sociaux ? votre réponse dans les commentaires
@lifepeaceinstitute.bsky.social
#LPI
#StopInfox
#StopHateSpeech
En tant qu'artisant de paix, construisons aujourd'hui le pays que nous voulons demain
#StopInfox #CCJPS #YELI #OIF